Subira unyuzure mwami Imana ikomeze gukuza impano yawe meilleur gospeliste au burundi
Mukozi w'Imana Dudu harindirimbo yawe yakera ivuga ngo ntawumenya ko atunze kugeza yatswe ico yarafise amaso agaca yuguruka twoyironka gute!?
This song boast the atmosphere of worship in overflowing way ... Jesus CHRIST IS All in All. Touch us again( Subira) Ku wunaniwe wese , kuwushaka fresh anointing, Kuwushaka ugusubizwamwo Ubuzima bw'Agakiza buryoshe, This song, this song, is a Great moment to praise again and again!!! Thank youuuu so much
Turabakurikirana turi ๐ฒ๐ด๐ง๐ฎturabakunda cane indirimbo zanyu ziratwubaka imana ikomeze kubagirira neza cane ๐โโ๏ธ๐โโ๏ธ๐โโ๏ธ
God bless you again โคโค๐ง๐ฎ๐ฒ๐ฟ
This guy always make love Burundi...this country has been blessed indeed
An anointed song
Subira๐๐พ
Imana ihezagire caan umukozi wayo Dudu Imana ikomez imusige indirimbo Imana yaguhay zidufasha kenshi.be blessed.
Congratulations all Burundians let give our likes to the man of God
Soyez bรฉni ๐
wawou Merc bcp boss dudu many blessings to you vrt.
Urakoze cane ku ndirimbo nziza wama udushikiriza. Imana ishishikare igukomeza๐
๐๐๐๐ Be blessed man of God ๐๐๐
God Song Subiraโค
Gospel y mu Burundi ๐ง๐ฎ urayifise yose in your hand be bless Mr dudu I like your song #ayayaya ๐โค and this is also good
๐ข๐ขThis Worship song!!YESU URI VYOSE MURI VYOSE!Imana Ibandanye Isuka Ubuntu bwayo ku buzima bwawe Dudu ubandanye uba igikoresha cayo c icubahiro!
Thank you Lord you give us good sinnger
Ndugu Dudu,Greetings fom Kigali.What a gospel song!Imana ikugirire neza wowe n'abawe.
@Traveltheroadtypes