
Turafise Imana Deluxe (Full Album)
Umwami abaza Daniyeli, ari we Beluteshaza, ati Mbeg' urashobora kummenyesha inzozi narose, n'ingene zisobanurwa? Daniyeli yishura umwami, at' Ibanga wasobanuza nta banyabgenge boshobora kurikumenyesha mwami, cank' abapfumu cank' abanyamareba cank' abamenyi; ariko mw ijuru har' Imana ihishura amabanga, kandi ni yo yakumenyesheje ibizobaho mu bihe bizoza, mugenzi. Inzozi zawe n'ivyo werekewe mu mutwe uri ku kirwa vyar' ibi: Daniyeli 2 - 26 - 28
00:00 Vyandutiye vyose
04:00 Turafise Imana
10:40 Ntawundi
16:32 Akira
23:17 Subira
33:51 Ndamukunda Yesu
37:55 Ah YaYaYa
Credits to:
Live Production At CLM Burundi
Recorded Live by Roc House Records
Directed and Produced Landry - Guez
Audio Post Production by Rugero Records
Event Production by Buja Events
Iriba Communication Agency
Special thanks to:
Now Creative
Chris Lee Gifwandi
Alberique for Buja Events
Emery Uwimana
Elvis & Alida
Landry & Divine
The band:
Lievin
Corneille
Farley
Mabone
Marlesh
Teddy
Fofo
Amandine
And Everyone in the audience who made this video a success
God Bless you all
コメント